2 Timoteyo 4:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umukama abane n’agatima werekana+. Ubuntu ata wari abukwiriye bwiwe bubane namwe. Filemoni 25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ubuntu ata wari abukwiriye bw’Umukama Yezu Kristu bubane n’agatima mwerekana+.