Ivyakozwe 15:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuri ivyo nya bantu indiri bose baracereza, batangura kwumviriza ingene Barunaba na Paulo bigana ibimenyetso n’ibitangaza vyinshi Imana yakoze mu mahanga biciye kuri bo+.
12 Kuri ivyo nya bantu indiri bose baracereza, batangura kwumviriza ingene Barunaba na Paulo bigana ibimenyetso n’ibitangaza vyinshi Imana yakoze mu mahanga biciye kuri bo+.