9 egome, Yakobo+ na Kefa na Yohani, ari bo basa n’uko ari inkingi+, aho bamenyeye ubuntu ata wari abukwiriye+ nagiriwe+, baciye baha jewe na Barunaba+ ukuboko kw’ukuryo bwa kimenyetso c’uko dufadikanije+, kugira ngo twebwe tuje ku mahanga, mugabo bo bakaja ku bagenyerewe.