ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 9:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mugabo Umukama amubwira ati: “Genda, kubera ko uwo muntu ari icombo nitoreye+ ngo ashingire intahe izina ryanje ku mahanga+ no ku bami+ no kuri bene Isirayeli.

  • Abaroma 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 biciye kuri we tukaba twararonse ubuntu ata wari abukwiriye+ be n’ibanga ry’ukuba intumwa+ kugira ngo mu mahanga yose+ habe ukugamburuka kuvuye ku kwizera ku bijanye n’izina ryiwe,

  • Abakolosayi 1:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Egome, ico ni co ndiko nkorera cane, nihata+ mu buryo buhuye n’ukuntu ikora+, ari na kwo kuriko gukorana ububasha muri jewe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika