Gusubira mu vyagezwe 15:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko ukwiye kumupfumbatururira ikiganza cawe+ ugatanga utitangiriye itama, kandi ntubure kumuha ingurane ku ngwati nk’uko ivyo akeneye bingana, birya abuze. 1 Abakorinto 16:1 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nayo ku bijanye n’ukwegeranya intererano+ z’aberanda+, nk’uko nahaye amategeko amashengero y’i Galatiya+, namwe nyene nimugire gutyo.
8 Kuko ukwiye kumupfumbatururira ikiganza cawe+ ugatanga utitangiriye itama, kandi ntubure kumuha ingurane ku ngwati nk’uko ivyo akeneye bingana, birya abuze.
16 Nayo ku bijanye n’ukwegeranya intererano+ z’aberanda+, nk’uko nahaye amategeko amashengero y’i Galatiya+, namwe nyene nimugire gutyo.