Yohani 8:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Bamwishura bati: “Data ni Aburahamu+.” Yezu ababwira ati: “Nimba muri abana ba Aburahamu+, nimukore ibikorwa vya Aburahamu. Abaroma 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Na bo nyene, nibataguma mu kutizera kwabo, bazokwomekwako+; kuko Imana ishoboye kwongera kubomekako.
39 Bamwishura bati: “Data ni Aburahamu+.” Yezu ababwira ati: “Nimba muri abana ba Aburahamu+, nimukore ibikorwa vya Aburahamu.
23 Na bo nyene, nibataguma mu kutizera kwabo, bazokwomekwako+; kuko Imana ishoboye kwongera kubomekako.