Ivyahishuwe 21:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Uruhome rw’ico gisagara na rwo nyene rwari rufise amabuye y’umushinge+ cumi n’abiri, kandi kuri yo hari amazina cumi n’abiri ya za ntumwa cumi na zibiri+ za wa Mwagazi w’intama.
14 Uruhome rw’ico gisagara na rwo nyene rwari rufise amabuye y’umushinge+ cumi n’abiri, kandi kuri yo hari amazina cumi n’abiri ya za ntumwa cumi na zibiri+ za wa Mwagazi w’intama.