Abakolosayi 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 mu gihe ataguma afashe ku mutwe+, afashe wa wundi umubiri wose ubandanya gukura uvuye kuri we, ukujijwe n’ugukura gutangwa n’Imana+ mu kugaburirwa no mu kuba ufatanirijwe hamwe ukanywana neza+ biciye ku ngingo zawo n’udutsidutsi.
19 mu gihe ataguma afashe ku mutwe+, afashe wa wundi umubiri wose ubandanya gukura uvuye kuri we, ukujijwe n’ugukura gutangwa n’Imana+ mu kugaburirwa no mu kuba ufatanirijwe hamwe ukanywana neza+ biciye ku ngingo zawo n’udutsidutsi.