1 Abakorinto 9:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nimba ndabikorana umutima ukunze+, ndafise impembo+; mugabo nimba ndabikora ku kagobero, na ho nyene ndafise ububwiriza+ najejwe. Abakolosayi 1:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nabaye umusuku+ w’iryo shengero mu buryo buhuye n’ububwiriza+ buva ku Mana, ubwo nahawe ku neza yanyu kugira ngo ijambo ry’Imana ryamamazwe bimwe bishitse,
17 Nimba ndabikorana umutima ukunze+, ndafise impembo+; mugabo nimba ndabikora ku kagobero, na ho nyene ndafise ububwiriza+ najejwe.
25 Nabaye umusuku+ w’iryo shengero mu buryo buhuye n’ububwiriza+ buva ku Mana, ubwo nahawe ku neza yanyu kugira ngo ijambo ry’Imana ryamamazwe bimwe bishitse,