Abanyefeso 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 ari yo mbereye umuserukizi+ mu minyororo; kugira ngo nshobore kuvugana ubutinyutsi ku bijanye na yo nk’uko mbwirizwa kuvuga+. Filemoni 9 Bibiliya y’isi nshasha 9 nshimye kuguhimiriza riho nishimikije urukundo+, kubera ko ndi uko ndi, Paulo umutama, egome, ubu nkaba kandi ndi imbohe+ ku bwa Kristu Yezu;
20 ari yo mbereye umuserukizi+ mu minyororo; kugira ngo nshobore kuvugana ubutinyutsi ku bijanye na yo nk’uko mbwirizwa kuvuga+.
9 nshimye kuguhimiriza riho nishimikije urukundo+, kubera ko ndi uko ndi, Paulo umutama, egome, ubu nkaba kandi ndi imbohe+ ku bwa Kristu Yezu;