Ivyahishuwe 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Urerekana kandi ukwihangana+, kandi wararindiyeko ku bw’izina ryanje+, ntiwarambirwa+.