1 Abakorinto 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo nshaka ko mumenya yuko umutwe w’umugabo wese ari Kristu+; umutwe w’umugore na wo ni umugabo+; umutwe wa Kristu na wo ni Imana+. Abakolosayi 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 akaba na we mutwe w’umubiri, ari ryo shengero+. Ni we ntango, imfura mu kuva mu bapfuye+, kugira ngo abe uwa mbere+ muri vyose;
3 Mugabo nshaka ko mumenya yuko umutwe w’umugabo wese ari Kristu+; umutwe w’umugore na wo ni umugabo+; umutwe wa Kristu na wo ni Imana+.
18 akaba na we mutwe w’umubiri, ari ryo shengero+. Ni we ntango, imfura mu kuva mu bapfuye+, kugira ngo abe uwa mbere+ muri vyose;