1 Timoteyo 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Abakozi b’ishengero*+ na bo nyene bakwiye kuba abadafyina, badafise indimi zibiri, badatwarwa umutima n’umuvinyu mwinshi, batanohokera inyungu mbi+, Tito 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko umucungezi ategerezwa kuba atagira ico aregwa+ bwa mubwiriza+ w’Imana, atari intagondwa+, adakaza ishavu+, atari umunyamatati w’imborerwa+, atari uwukubitana+, atanohokera inyungu mbi+,
8 Abakozi b’ishengero*+ na bo nyene bakwiye kuba abadafyina, badafise indimi zibiri, badatwarwa umutima n’umuvinyu mwinshi, batanohokera inyungu mbi+,
7 Kuko umucungezi ategerezwa kuba atagira ico aregwa+ bwa mubwiriza+ w’Imana, atari intagondwa+, adakaza ishavu+, atari umunyamatati w’imborerwa+, atari uwukubitana+, atanohokera inyungu mbi+,