1 Abakorinto 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ngw’iki! Ntimuzi ko abatagororotse batazotorana ubwami bw’Imana+? Ntimuzimizwe. Nta basambanyi+, canke abasenga ibigirwamana+, canke abarenga ibigo+, canke abagabo babikirwa kugirwako ibitagirwa+, canke abagabo baryamana n’abagabo+, Abagalatiya 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 inzigo, ukunywera akaborerwe+, ukwidagadura, n’ibintu nk’ivyo. Ndababuriye kuri ivyo, nk’uko nyene nababuriye, yuko abaza barakora+ mwene ivyo batazotorana ubwami bw’Imana+.
9 Ngw’iki! Ntimuzi ko abatagororotse batazotorana ubwami bw’Imana+? Ntimuzimizwe. Nta basambanyi+, canke abasenga ibigirwamana+, canke abarenga ibigo+, canke abagabo babikirwa kugirwako ibitagirwa+, canke abagabo baryamana n’abagabo+,
21 inzigo, ukunywera akaborerwe+, ukwidagadura, n’ibintu nk’ivyo. Ndababuriye kuri ivyo, nk’uko nyene nababuriye, yuko abaza barakora+ mwene ivyo batazotorana ubwami bw’Imana+.