Abanyefeso 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 yaratugize bazima hamwe na Kristu, mu gihe nyene twari twarapfiriye mu makosa+—mukaba mwakirishijwe ubuntu ata wari abukwiriye+— Abakolosayi 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ikigeretseko, naho mwari mwarapfiriye mu makosa yanyu no mu kutagenyerwa kw’umubiri wanyu, Imana yarabagize bazima hamwe na we+. Yaratubabariye n’umutima mwiza amakosa yacu yose+,
5 yaratugize bazima hamwe na Kristu, mu gihe nyene twari twarapfiriye mu makosa+—mukaba mwakirishijwe ubuntu ata wari abukwiriye+—
13 Ikigeretseko, naho mwari mwarapfiriye mu makosa yanyu no mu kutagenyerwa kw’umubiri wanyu, Imana yarabagize bazima hamwe na we+. Yaratubabariye n’umutima mwiza amakosa yacu yose+,