Matayo 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ehe ndabatumye muri nk’intama mu mabingira hagati+; mwiyubare rero nk’inzoka+ yamara mube intungane nk’inuma+. 1 Timoteyo 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko kumenyereza umubiri bigira akamaro kuri bike; mugabo ukwihebera Imana+ kugira akamaro kuri vyinshi+, kuko gutekeye umuhango w’ubuzima bw’ubu n’ubuzoza+. 2 Timoteyo 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Hunga rero ivyipfuzo bijana n’ubuto+, mugabo ukurikirane ubugororotsi+, ukwizera, urukundo, amahoro+, uri kumwe n’abambaza Umukama n’umutima udahumanye+.
16 “Ehe ndabatumye muri nk’intama mu mabingira hagati+; mwiyubare rero nk’inzoka+ yamara mube intungane nk’inuma+.
8 Kuko kumenyereza umubiri bigira akamaro kuri bike; mugabo ukwihebera Imana+ kugira akamaro kuri vyinshi+, kuko gutekeye umuhango w’ubuzima bw’ubu n’ubuzoza+.
22 Hunga rero ivyipfuzo bijana n’ubuto+, mugabo ukurikirane ubugororotsi+, ukwizera, urukundo, amahoro+, uri kumwe n’abambaza Umukama n’umutima udahumanye+.