Abakolosayi 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kandi ivyo mugira vyose mu mvugo canke mu bikorwa+, mukore vyose mw’izina ry’Umukama Yezu+, mukengurukira+ Imana ari yo Data biciye muri we. 1 Abatesalonika 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mukenguruke muri vyose+. Kuko ukwo ari kwo kugomba kw’Imana mu bumwe na Kristu Yezu ku biberekeye.
17 Kandi ivyo mugira vyose mu mvugo canke mu bikorwa+, mukore vyose mw’izina ry’Umukama Yezu+, mukengurukira+ Imana ari yo Data biciye muri we.
18 Mukenguruke muri vyose+. Kuko ukwo ari kwo kugomba kw’Imana mu bumwe na Kristu Yezu ku biberekeye.