Yohani 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Kandi ndafise izindi ntama+ zitari izo muri uru ruhongore+; izo na zo nyene ntegerezwa kuzizana, kandi zizokwumviriza ijwi ryanje+, kandi zizocika ubusho bumwe, zigire umwungere umwe+. Abafilipi 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kugira ngo mw’izina rya Yezu ivi ryose ripfunywe, ry’abari mw’ijuru n’abari kw’isi n’abari munsi y’ivu+,
16 “Kandi ndafise izindi ntama+ zitari izo muri uru ruhongore+; izo na zo nyene ntegerezwa kuzizana, kandi zizokwumviriza ijwi ryanje+, kandi zizocika ubusho bumwe, zigire umwungere umwe+.
10 kugira ngo mw’izina rya Yezu ivi ryose ripfunywe, ry’abari mw’ijuru n’abari kw’isi n’abari munsi y’ivu+,