Matayo 28:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yezu aregera, ababwira ati: “Ububasha+ bwose narabuhawe mw’ijuru no kw’isi. Abanyefeso 5:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 kubera ko umugabo ari umutwe w’umugore wiwe+ nk’uko na Kristu ari umutwe w’ishengero+, akaba umukiza w’uyo mubiri. Abakolosayi 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 akaba na we mutwe w’umubiri, ari ryo shengero+. Ni we ntango, imfura mu kuva mu bapfuye+, kugira ngo abe uwa mbere+ muri vyose;
23 kubera ko umugabo ari umutwe w’umugore wiwe+ nk’uko na Kristu ari umutwe w’ishengero+, akaba umukiza w’uyo mubiri.
18 akaba na we mutwe w’umubiri, ari ryo shengero+. Ni we ntango, imfura mu kuva mu bapfuye+, kugira ngo abe uwa mbere+ muri vyose;