ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 12:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 ni ko na twebwe, naho turi benshi, turi umubiri umwe+ mu bumwe na Kristu, mugabo umwe wese akaba igihimba ca mugenziwe+.

  • Abanyefeso 4:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Bivuye kuri we umubiri wose+, mu kuba ufatanirijwe hamwe ukanywana kandi ugakorera hamwe biciye kw’ifatanirizo ryose ritanga ibikenewe, nk’uko igihimba kimwe cose gikora mu rugero rubereye, urafasha kugira habe ugukura kw’umubiri kugira ngo wiyubake mu rukundo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika