Abafilipi 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Bitwaye iki none? Nta na kimwe, atari uko mu buryo bwose, haba mu bwiyorobetsi+ canke mu kuri, Kristu ariko aramenyekanishwa+, kandi ivyo ndabinezererwa. Mbere nzoguma nezerwa,
18 Bitwaye iki none? Nta na kimwe, atari uko mu buryo bwose, haba mu bwiyorobetsi+ canke mu kuri, Kristu ariko aramenyekanishwa+, kandi ivyo ndabinezererwa. Mbere nzoguma nezerwa,