Abafilipi 1:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kubera rero ivyo ndavyizigiye ntakeka, ndazi yuko nzogumaho+ nkagumana namwe mwese ku bw’iterambere ryanyu+ n’akanyamuneza k’ukwizera kwanyu, Filemoni 22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo uretse ivyo, untegurire kandi uburaro+, kuko nizigiye yuko biciye ku masengesho+ yanyu nzobarekurirwa+.
25 Kubera rero ivyo ndavyizigiye ntakeka, ndazi yuko nzogumaho+ nkagumana namwe mwese ku bw’iterambere ryanyu+ n’akanyamuneza k’ukwizera kwanyu,
22 Mugabo uretse ivyo, untegurire kandi uburaro+, kuko nizigiye yuko biciye ku masengesho+ yanyu nzobarekurirwa+.