1 Abakorinto 16:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo ndanezererwa no kuba Sitefana+ na Forutunato na Akayiko bari ng’aha, kubera ko bahababereye. Filemoni 13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nari gushima kumwigumiriza kugira ngo agume ankorera mu kibanza cawe+ mu mvuto+ ndimwo ku bw’inkuru nziza.
17 Mugabo ndanezererwa no kuba Sitefana+ na Forutunato na Akayiko bari ng’aha, kubera ko bahababereye.
13 Nari gushima kumwigumiriza kugira ngo agume ankorera mu kibanza cawe+ mu mvuto+ ndimwo ku bw’inkuru nziza.