Abaroma 2:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kuko uwuri Umuyuda inyuma atari we Muyuda+, eka n’ukugenyerwa kw’inyuma ku mubiri si kwo kugenyerwa+. Abagalatiya 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Raba! Jewe Paulo ndababwira yuko nimwagenyerwa+, Kristu ata kamaro azobagirira.
28 Kuko uwuri Umuyuda inyuma atari we Muyuda+, eka n’ukugenyerwa kw’inyuma ku mubiri si kwo kugenyerwa+.