1 Abakorinto 15:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko nk’uko muri Adamu bose bapfa+, ni ko no muri Kristu bose bazogirwa bazima+. 2 Abakorinto 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Egome ni vyo yaramanitswe+ bivuye ku bugoyagoye+, mugabo ni muzima bivuye ku bubasha bw’Imana+. Egome ni vyo kandi turagoyagoya hamwe na we, mugabo tuzobanaho na we+ kubera ko ububasha bw’Imana+ buri kuri mwebwe.
4 Egome ni vyo yaramanitswe+ bivuye ku bugoyagoye+, mugabo ni muzima bivuye ku bubasha bw’Imana+. Egome ni vyo kandi turagoyagoya hamwe na we, mugabo tuzobanaho na we+ kubera ko ububasha bw’Imana+ buri kuri mwebwe.