Gusubira mu vyagezwe 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko Yehova Imana yawe yaguhezagiye mu gikorwa cose c’ukuboko kwawe+. Arazi neza igenda ryawe muri aka gahinga kanini. Iyi myaka mirongo ine+ Yehova Imana yawe yarabanye nawe. Nta kintu wabuze+.”’ 2 Abakorinto 9:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Vyongeye, Imana irashoboye kugwiza kuri mwebwe ubuntu ata wari abukwiriye bwayo bwose, kugira ngo naho mwama mufise ibibakwiye muri vyose, mugire vyinshi ku bw’igikorwa ciza cose+.
7 Kuko Yehova Imana yawe yaguhezagiye mu gikorwa cose c’ukuboko kwawe+. Arazi neza igenda ryawe muri aka gahinga kanini. Iyi myaka mirongo ine+ Yehova Imana yawe yarabanye nawe. Nta kintu wabuze+.”’
8 Vyongeye, Imana irashoboye kugwiza kuri mwebwe ubuntu ata wari abukwiriye bwayo bwose, kugira ngo naho mwama mufise ibibakwiye muri vyose, mugire vyinshi ku bw’igikorwa ciza cose+.