Abaroma 16:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Imana, imwe y’inkerebutsi yonyene+, ubuninahazwa+ bube ubwayo biciye kuri Yezu Kristu+ ibihe vyose. Amen. Abagalatiya 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 ubuninahazwa bube ubwayo ibihe bitazoshira+. Amen.
27 Imana, imwe y’inkerebutsi yonyene+, ubuninahazwa+ bube ubwayo biciye kuri Yezu Kristu+ ibihe vyose. Amen.