Abafilipi 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko Imana ari yo cabona canje c’ingene ndabakumbuye mwese ku buryo ndabumvira ikibabarwe+ nk’ico Kristu Yezu afise. Abakolosayi 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko rero, nk’abatowe n’Imana+, beranda kandi bakundwa, nimwambare ikibabarwe cuzuye impuhwe+, ubuntu, ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi+, ubwitonzi+, n’ukwiyumanganya+. 1 Petero 1:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ubu ko mwatyoroye+ ubuzima bwanyu biciye ku kugamburukira ukuri, bikavamwo ukwiyumvamwo abavukanyi kutagiramwo ubwiyorobetsi+, mukundane cane bivuye ku mutima+.
8 Kuko Imana ari yo cabona canje c’ingene ndabakumbuye mwese ku buryo ndabumvira ikibabarwe+ nk’ico Kristu Yezu afise.
12 Nuko rero, nk’abatowe n’Imana+, beranda kandi bakundwa, nimwambare ikibabarwe cuzuye impuhwe+, ubuntu, ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi+, ubwitonzi+, n’ukwiyumanganya+.
22 Ubu ko mwatyoroye+ ubuzima bwanyu biciye ku kugamburukira ukuri, bikavamwo ukwiyumvamwo abavukanyi kutagiramwo ubwiyorobetsi+, mukundane cane bivuye ku mutima+.