19 Uwo wese rero arenga+ rimwe muri aya mabwirizwa mato hanyuma y’ayandi kandi akigisha abantu kugenza gutyo, azokwitwa ‘muto hanyuma y’abandi’ mu bijanye n’ubwami bwo mw’ijuru+. Nayo umuntu wese ayashira mu ngiro kandi akayigisha+, uwo azokwitwa ‘umukuru+’ mu bijanye n’ubwami bwo mw’ijuru.