ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 6:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Twahambanywe+ na we rero biciye ku kubatizwa kwacu mu rupfu rwiwe, kugira ngo nk’uko Kristu yazuwe mu bapfuye biciye ku buninahazwa bwa Se+, na twebwe nyene tugendere mu buzima bushasha+.

  • 1 Abakorinto 15:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Ahandiho, bazogira bate, ababatizwa kugira babe abapfuye+? Nimba abapfuye batazogenda bazuwe+, kubera iki none babatizwa+ kugira babe abapfuye?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika