Kuvayo 25:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Kandi urabe neza ubikore wisunze icitegererezo cavyo weretswe ku musozi+. Abaheburayo 8:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 mugabo nya bantu bakaba bakora igikorwa ceranda bwa kigereranyo+ n’igitutu+ c’ibintu vyo mw’ijuru; nk’uko Musa igihe yagira yubake ihema+ gushika rirangiye, yahawe itegeko ry’Imana+: Kuko ivuga iti: “Urabe neza ukore vyose wisunze icitegererezo cavyo weretswe ku musozi+.” Abaheburayo 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kubera ko Itegeko rifise igitutu+ c’ibintu vyiza bizoza, mugabo atari umutumba nyene wa nya bintu, abantu ntibashobora kwigera batuma abegera Imana baba abatagira akanenge+ hakoreshejwe vya bimazi nyene bama bashikana ku mwaka ku mwaka.
5 mugabo nya bantu bakaba bakora igikorwa ceranda bwa kigereranyo+ n’igitutu+ c’ibintu vyo mw’ijuru; nk’uko Musa igihe yagira yubake ihema+ gushika rirangiye, yahawe itegeko ry’Imana+: Kuko ivuga iti: “Urabe neza ukore vyose wisunze icitegererezo cavyo weretswe ku musozi+.”
10 Kubera ko Itegeko rifise igitutu+ c’ibintu vyiza bizoza, mugabo atari umutumba nyene wa nya bintu, abantu ntibashobora kwigera batuma abegera Imana baba abatagira akanenge+ hakoreshejwe vya bimazi nyene bama bashikana ku mwaka ku mwaka.