Abaheburayo 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko igihe Kristu yaza bwa muherezi mukuru+ w’ibintu vyiza bimaze kuba, biciye kw’ihema rinini kuruta kandi ritunganye kuruta ritakozwe n’amaboko, ni ukuvuga, ritari iryo muri ibi biremwa+,
11 Ariko igihe Kristu yaza bwa muherezi mukuru+ w’ibintu vyiza bimaze kuba, biciye kw’ihema rinini kuruta kandi ritunganye kuruta ritakozwe n’amaboko, ni ukuvuga, ritari iryo muri ibi biremwa+,