Yohani 17:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Si ab’isi+, nk’uko nanje ntari uw’isi+. 1 Yohani 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ntimukunde isi canke ibiri mw’isi+. Nimba umuntu akunda isi, urukundo rwa Data ntiruri muri we+;