Abanyefeso 4:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 yuko mukwiye kwambura wa muntu wa kera+ ahura n’ingeso zanyu za kera akononekara+ yisunze ivyipfuzo vyiwe bihendana+;
22 yuko mukwiye kwambura wa muntu wa kera+ ahura n’ingeso zanyu za kera akononekara+ yisunze ivyipfuzo vyiwe bihendana+;