ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 31:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 “Ntibazosubira kwigishanya, ngo umwe wese yigishe mugenziwe, kandi ngo umwe wese yigishe mwene wabo+, ngo: ‘Nimumenye Yehova+!’, kuko bose bazomenya, guhera ku muto muri bo gushika no ku wuhambaye kuruta abandi bose muri bo+,” ni ko Yehova avuze. “Kuko nzobababarira ikosa ryabo, kandi igicumuro cabo sinzosubira kucibuka+.”

  • Matayo 6:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Kuko nimwababarira abantu amakosa yabo, na So wo mw’ijuru azobababarira+;

  • Mariko 11:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kandi igihe muhagaze musenga, mubabarire+ umuntu wese ikintu cose mupfa na we; kugira ngo So ari mw’ijuru na we abababarire amakosa yanyu+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika