ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 18:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Maze abandanya kubaha ikigereranyo ku vy’uko bikenewe ko bama basenga kandi ntibadebukirwe+,

  • Abaroma 12:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Munezerwe mu cizigiro+. Mwihangane mu makuba+. Mushishikare gusenga+.

  • Abanyefeso 6:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 mubandanye gusenga mukoresheje ubwoko bwose bw’amasengesho+ n’intakambo igihe cose mu mpwemu+. Kandi ku bw’ivyo, mugume murikanuye mudatezura mwongera mutakamba ku bw’aberanda bose,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika