ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abanyefeso 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 kugira ngo ya Mana y’Umukama wacu Yezu Kristu, ari yo Data w’ubuninahazwa, ibahe impwemu y’ubukerebutsi+ n’iy’uguhishurirwa mu bumenyi butagira amakosa buyerekeye+.

  • 2 Petero 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro vyongerezwe kuri mwebwe+ biciye ku bumenyi butagira amakosa+ bwerekeye Imana n’ubwerekeye Yezu Umukama wacu,

  • 2 Petero 1:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kuko nimba ivyo bintu biriho muri mwebwe kandi bigasesekara, bizobabuza kuba abantu badakora canke barumvye+ ku bijanye n’ubumenyi butagira amakosa bwerekeye Umukama wacu Yezu Kristu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika