2 Abakorinto 10:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko dutembagaza ivyiyumviro n’ikintu cose gihanitse gihagurukirijwe kurwanya ubumenyi bw’Imana+; kandi iciyumviro cose turakigira imbohe kugira kigamburukire Kristu;
5 Kuko dutembagaza ivyiyumviro n’ikintu cose gihanitse gihagurukirijwe kurwanya ubumenyi bw’Imana+; kandi iciyumviro cose turakigira imbohe kugira kigamburukire Kristu;