Abaroma 9:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 kugira ngo imenyekanishe ubutunzi+ bw’ubuninahazwa bwayo ku vyombo+ vy’imbabazi, ivyo yateguye imbere y’igihe ku bw’ubuninahazwa+, 2 Abakorinto 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko Imana ari yo yavuze iti: “Umuco nukayangane uvuye mu mwiza+,” kandi yakayanganiye imitima yacu ngo iyiboneshereze+ n’ubumenyi buninahaye+ bw’Imana imbere ya Kristu+. Abanyefeso 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Jewe, umuntu ari hasi y’uwo hasi+ y’aberanda bose, narahawe ubuntu ata wari abukwiriye+, kugira menyeshe amahanga+ inkuru nziza yerekeye ubutunzi+ budashobora kugerwa bwa Kristu
23 kugira ngo imenyekanishe ubutunzi+ bw’ubuninahazwa bwayo ku vyombo+ vy’imbabazi, ivyo yateguye imbere y’igihe ku bw’ubuninahazwa+,
6 Kuko Imana ari yo yavuze iti: “Umuco nukayangane uvuye mu mwiza+,” kandi yakayanganiye imitima yacu ngo iyiboneshereze+ n’ubumenyi buninahaye+ bw’Imana imbere ya Kristu+.
8 Jewe, umuntu ari hasi y’uwo hasi+ y’aberanda bose, narahawe ubuntu ata wari abukwiriye+, kugira menyeshe amahanga+ inkuru nziza yerekeye ubutunzi+ budashobora kugerwa bwa Kristu