2 Abakorinto 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Twaba rero turi mu makuba, ni ku bw’uruhoza rwanyu n’ubukiriro bwanyu+; canke twaba turiko turahozwa, ni ku bw’uruhoza rwanyu rukora kugira ngo rubafashe kwihanganira ya mibabaro nyene idushikira natwe+.
6 Twaba rero turi mu makuba, ni ku bw’uruhoza rwanyu n’ubukiriro bwanyu+; canke twaba turiko turahozwa, ni ku bw’uruhoza rwanyu rukora kugira ngo rubafashe kwihanganira ya mibabaro nyene idushikira natwe+.