Abaheburayo 13:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ntimutwarwe n’inyigisho zitari zimwe kandi z’ivyaduka+; kuko ari vyiza ko umutima uhabwa ugushikama biciye ku buntu ata wari abukwiriye+, bidaciye ku biribwa+, bimwe ata co vyunguye abavyishinga.
9 Ntimutwarwe n’inyigisho zitari zimwe kandi z’ivyaduka+; kuko ari vyiza ko umutima uhabwa ugushikama biciye ku buntu ata wari abukwiriye+, bidaciye ku biribwa+, bimwe ata co vyunguye abavyishinga.