1 Abakorinto 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Munyigane, nk’uko nanje nigana Kristu+. Abafilipi 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Munyigane+ mwunze ubumwe, bene wacu, kandi mugumize ijisho ku bagenda bisunga akarorero twabahaye+. 2 Abatesalonika 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Si uko tutabifitiye ububasha+, ahubwo ni ukugira ngo twitange bwa karorero kuri mwebwe ngo mutwigane+.
17 Munyigane+ mwunze ubumwe, bene wacu, kandi mugumize ijisho ku bagenda bisunga akarorero twabahaye+.
9 Si uko tutabifitiye ububasha+, ahubwo ni ukugira ngo twitange bwa karorero kuri mwebwe ngo mutwigane+.