1 Petero 1:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ubu ko mwatyoroye+ ubuzima bwanyu biciye ku kugamburukira ukuri, bikavamwo ukwiyumvamwo abavukanyi kutagiramwo ubwiyorobetsi+, mukundane cane bivuye ku mutima+. 1 Yohani 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi iri bwirizwa twarihawe na yo+: uwukunda Imana akwiye kuba akunda na mwene wabo+.
22 Ubu ko mwatyoroye+ ubuzima bwanyu biciye ku kugamburukira ukuri, bikavamwo ukwiyumvamwo abavukanyi kutagiramwo ubwiyorobetsi+, mukundane cane bivuye ku mutima+.