Ivyakozwe 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 bavuga bati: “Bagabo b’i Galilaya, kubera iki muhagaze muraba mw’ijuru? Uyo Yezu akuwe muri mwebwe akakirwa hejuru mw’ijuru, azoza ukwo nyene+, nk’uko mumubonye aja mw’ijuru.”
11 bavuga bati: “Bagabo b’i Galilaya, kubera iki muhagaze muraba mw’ijuru? Uyo Yezu akuwe muri mwebwe akakirwa hejuru mw’ijuru, azoza ukwo nyene+, nk’uko mumubonye aja mw’ijuru.”