1 Timoteyo 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 nk’uko inkuru nziza y’ubuninahazwa ya ya Mana ihimbawe+ iri, iyo najejwe+. Tito 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 yamara mu bihe vyayo bwite ikaba yarahishuye ijambo ryayo muri ca gikorwa nazezwa+ c’ukwamamaza, kw’itegeko ry’Umukiza wacu+, Imana;
3 yamara mu bihe vyayo bwite ikaba yarahishuye ijambo ryayo muri ca gikorwa nazezwa+ c’ukwamamaza, kw’itegeko ry’Umukiza wacu+, Imana;