ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 23:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Ku bw’ico, raba ngira ndabatumeko+ abahanuzi n’abantu b’inkerebutsi be n’abigisha b’abantu+. Bamwe muri bo muzobica+, mubamanike, abandi na bo mubashishagurire+ mu masinagogi yanyu, mubahame mu gisagara no mu kindi;

  • Ivyakozwe 21:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Maze Paulo yishura ati: “Ivyo mugira ni ibiki, ko murira+ mwongera muntera kugoyagoya mu mutima+? Nimubimenye: siniteguriye kuboherwa i Yeruzalemu vyonyene, ahubwo nditeguriye no gupfirayo+ ku bw’izina ry’Umukama Yezu.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika