Abaroma 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko niwatura icese iryo ‘jambo mu kanwa kawe bwite+,’ yuko Yezu ari Umukama+, kandi ukizera mu mutima wawe yuko Imana yamuzuye mu bapfuye+, uzokizwa+.
9 Kuko niwatura icese iryo ‘jambo mu kanwa kawe bwite+,’ yuko Yezu ari Umukama+, kandi ukizera mu mutima wawe yuko Imana yamuzuye mu bapfuye+, uzokizwa+.