Abakolosayi 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko rero, nk’abatowe n’Imana+, beranda kandi bakundwa, nimwambare ikibabarwe cuzuye impuhwe+, ubuntu, ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi+, ubwitonzi+, n’ukwiyumanganya+. 2 Abatesalonika 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ariko ntitworeka kwama dukengurukira Imana ku bwanyu, yemwe bene wacu bakundwa na Yehova, kubera ko Imana yabarobanuye+ guhera mu ntango ngo muronke ubukiriro mu kubezesha+ impwemu+ no mu kwizera mufise mu kuri+.
12 Nuko rero, nk’abatowe n’Imana+, beranda kandi bakundwa, nimwambare ikibabarwe cuzuye impuhwe+, ubuntu, ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi+, ubwitonzi+, n’ukwiyumanganya+.
13 Ariko ntitworeka kwama dukengurukira Imana ku bwanyu, yemwe bene wacu bakundwa na Yehova, kubera ko Imana yabarobanuye+ guhera mu ntango ngo muronke ubukiriro mu kubezesha+ impwemu+ no mu kwizera mufise mu kuri+.