1 Abatesalonika 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 turaheza turungika Timoteyo+, mwene wacu akaba n’umusuku w’Imana mu bijanye n’inkuru nziza+ yerekeye Kristu, kugira ngo abashikamishe yongere abahoze kugira ngo ukwizera kwanyu gukomezwe,
2 turaheza turungika Timoteyo+, mwene wacu akaba n’umusuku w’Imana mu bijanye n’inkuru nziza+ yerekeye Kristu, kugira ngo abashikamishe yongere abahoze kugira ngo ukwizera kwanyu gukomezwe,