1 Abakorinto 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Azobashikamisha+ kandi gushika kw’iherezo, ngo ntihaze hagire ico muregwa+ ku musi+ w’Umukama wacu Yezu Kristu+. Abafilipi 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kugira ngo mwiyemeze neza ibihambaye kuruta ibindi ivyo ari vyo+, ngo mubone kuba abatagira agahonzi+ mudatsitaza+ abandi gushika ku musi wa Kristu,
8 Azobashikamisha+ kandi gushika kw’iherezo, ngo ntihaze hagire ico muregwa+ ku musi+ w’Umukama wacu Yezu Kristu+.
10 kugira ngo mwiyemeze neza ibihambaye kuruta ibindi ivyo ari vyo+, ngo mubone kuba abatagira agahonzi+ mudatsitaza+ abandi gushika ku musi wa Kristu,